Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Imyiyerekano ku nama nshingamateka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Imyiyerekano ku nama nshingamateka

Kenya: Imyiyerekano ku nama nshingamateka

mardi 14 Rusama 2013

Bamwe mu bari mu myiyerekano imbere y’inama nshingamateka ya Kenya bayoboye umukuku w’ingurube, ngo bashaka kwerekana kwikwegerako n’ubugunge bw’abashingamateka.

Abashingamateka ba Kenya, bari muri bake bafashwe neza muri Afrika, bariko barasaba itegeko ribemerera kudugirizwa imishahara n’utundi turusho.

Perezida Uhuru Kenyatta yasavye abo bashingamateka gusigaho gusaba ayo mafaranga, ahubwo bakihatira imirimo batorewe n’abanyagihugu.

JPEG - 31.1 ko
Abiyerekana bazanye ingurube ku nama nshingamateka

Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.