Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Sentare yemereye Uhuru na Ruto kwiyamamaza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Sentare yemereye Uhuru na Ruto kwiyamamaza

Kenya: Sentare yemereye Uhuru na Ruto kwiyamamaza

samedi 16 Ruhuhuma 2013

Mu gihe hasigaye indwi zibiri gusa ngo amatora y’umukuru w’igihugu abe muri Kenya,Sentare nkuru y’igihugu yamenyesheje ko idashobora kubuza Uhuru Kenyatta na William Ruto kwiyamamaza.

Uhuru na Ruto uko ari babiri bose bagirizwa ivyaha vyo gusinzikaza agateka ka zina muntu na sentare mpuzamakugu mpanavyaha.Ivyo vyaha vyakozwe mu matora yabaye mu myaka itanu iheze,ariko abo bagabo bose barahakana ivyo vyaha.

JPEG - 21 ko

Ababashigikiye baranezerewe cane bumvise ivyo abacamanza bavuze ko badafise ubushobozi bwo kubabuza kwiyamamaza.


Jean de Dieu Munyembabazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.