IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama : Gerenade yakomerekeje abantu indwi

Kinama : Gerenade yakomerekeje abantu indwi

samedi 7 Rusama 2016, par egide

Abantu batamenyekanye bateye gerenade mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, muri karitiye ya Bururi iri muri zone Kinama, komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura. Iyo gerenade yakorekeje abantu indwi.

Iyo gerenade yatewe mu bunywero buri kw’ibarabara rya kabiri muri karitiye ya Bururi, zone Kinama, hafi y’ikirindiro c’imiduga yunguruza abantu bafata ibarabara rya Bujumbura-Bubanza.

Abantu indwi nibo bakomerekejwe n’ico gisasu, batatu muribo akaba aribo baremvye cane, nk’uko bimenyeshwa n’umwe mubari muri ico kibanza catewemwo iyo gerenade.


IGIHE

Messages

  • Biragoy...!har’irimvugotwahoratwumva kandi nubuzivugwa naba dd ngo ubashaka guhungabanya umutekano muburundi ngo ntibazobaterana intambw nimw.ariko imvugo siongiro.bigatumatwibaza ko ivyobiba ari umukenyuro wabo.

  • JEW MBONA ABANTU BOGABANYA KUJA MUBUBARE

  • Ubwo bunywero buzabakoraho.abamaze kubugwamo ni benshi

  • Nagomba nsabe abobica bantu.bariko bivuna inyota.Ngonibwo buryo bwokuronka ubutegetsi barihenda cane.kuko abobapfa nabantu batobato batari muntwaro.Gusa nuko batozokwijana kuko Imana yabaramye niyo izobakorako.

  • Abarundi mukunda inzoga kubi. Wamaze kwumva uwambere yafiriye mukabare uwa kabiri uwa gatatu ntabwenge ubufise. Mudahevye izonzoga Peter arabamarira mubwo bubare .

  • none abobicanyi vyarase komwobafata

  • Oya Bacobo Umwerera Waramye Nta Wo Wuheba,mugabo Nabo Bantu Nabanyamarara We Bumva Babatera Amagerenade Bakaguma Baja Mububare!

  • Wewe wiyita RICHARD GITOKO, nashaka ndakwibutse nimba utariko uravyirengagiza ubizi, ko PACIFIQUE amaze guhamagara abantu kenshi ababuza kuja mu ma bari . Jewe maze kumwiyumvira kabiri. None kuki ushaka kuvyegeka kuri reta ? Nubu ntantambwe muzoterana reta mugihe mwoja ahabona. Ko mwihisha mu banyagihugu ? Reta yanka kujaniranya . Wibaza ko iyaba hari mu Rwanda kagome aba yarahanaguye izo karitiye z’abagumutsi.Kandi amakungu yari guca yongereza imfashanyo.

  • porsana.imanaizobakiza.nwisinikobimera.komezagusengimana.kugïraibikureho.kukoirashoboye.

  • aho abantu bitwa magi na mbonimpa baheruka kuronka agashimwe kitiriwe, <ubwicanyi bukoregwa Abarundi bayoboka inzego> bariko bitwengera?

  • aho abantu bitwa magi na mbonimpa baheruka kuronka agashimwe kitiriwe, <ubwicanyi bukoregwa Abarundi bayoboka inzego> bariko bitwengera?

  • @Gikoto,
    Ivyo wanditse ubona bifise sens. Imvugo nkiyo yarashaje. Unyibukije ukuntu muhora muvuga ngo Ndadaye niwe yiyishe kugira ngo kugira ahonye Abatutsi.

  • @ cakira ntimukagye mwitiranya ibintu mushaka kujijisha abenegihugu, uwo mudam Barankitse ahuriye nubigizi bwanabi imbonerakure zikorera abarundi, mugye mwandika ibyomuzi.

  • Muburundi bwacu ntibukunda gufata abicanyi badahereye kuri mukuru wabo nkurunziza kuko niwe abaha ivyobirwanisho kandi niwe abatuma kumara abantu izozo ninkurikizi zaryajambo aherutse kuvugira mukayanza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.