IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Kirundo: Abigisha bane barapfunzwe

Kirundo: Abigisha bane barapfunzwe

vendredi 29 Ntwarante 2013

Abigisha bane bo kw’ishure ry’isumbuye ryo mu Rukwendo, intara ya Kirundo bamaze imisi ine bapfungiwe mu gasho ko muri iyo ntara ya Kirundo.

Abo bigisha bagirizwa gukoresha inguvu, kwinjira mu nzu y’umuyobozi w’iryo shure batabiherewe uruhusha, hamwe n’ubusuma bw’amafaranga y’amarundi angana ibihumbi amajana indwi na mirongo itanu y’uwo muyobozi w’ishure ry’isumbuye ryo mu ntara ya Kirundo..


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.