Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Korea ya ruguru yatangaje ingwano n’abo mu bumanuko - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Korea ya ruguru yatangaje ingwano n’abo mu bumanuko

Korea ya ruguru yatangaje ingwano n’abo mu bumanuko

samedi 30 Ntwarante 2013

Korea ya ruguru yatangaje ingwano n’abo mu bumanuko kuri uyu wa gatandatu kandi ko ibibazo vyose vya Korea bizoca vyigwa.

JPEG - 44.6 ko

Mw’itangazo abarongoye Korea ya ruguru bashize ahabona bavuga bati: "Kuva uno musi, imigenderanire irahagaze kandi ibibazo vyose bigiye kwigwa n’amategeko agenga ivy’ingwano"

JPEG - 22.8 ko
Perezida wa koreya ya ruguru

"Imisi iheze ata mahoro ata n’ingwano irahagije.", vyatangajwe n’itororokanirizo ry’amakuru Korean Central News Agency (KCNA).


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.