Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imirwi imwe iraduga ibibanza iyindi imanuka mw’ihiganwa rya Primus (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Imirwi imwe iraduga ibibanza iyindi imanuka mw’ihiganwa rya Primus (...)

Imirwi imwe iraduga ibibanza iyindi imanuka mw’ihiganwa rya Primus Ligue

lundi 3 Munyonyo 2014

Ku ndwi y’icenda y’inkino z’imirwi iri mw’ihiganwa rya Primus Ligue zarabandanije ku bibuga bitandukanye, Vital’o yagumye ari ntakorwako. Imirwi irahindura ibibanza imwe iduga iyindi imanuka bivuye ku manota n’ibitsindo yinjiza canke yinjizwa.

Indwi y’icenda y’inkino za Primus Ligue yatanguye kw’igenekerezo rya 01 Munyonyo, kuri uwo munsi imirwi yahuye uku gukurikira :

1) VOLONTAIRE 2 - 0 NYANZA UNITED

2) OLYMPIC STAR 0 - 0 PRINCE LOUIS

3) ROYAL 4 - 2 MUZINGA

4) MESSAGER NGOZI 0 - 2 VITAL’O

5) FLAMBEAU 1 - 2 ATHLETICO

6) MESSAGER BJM 1 - 0 INTER STAR

Kw’igenekerezo rya 02 Munyonyo, hakinye:

7) RUSIZI FC 1 - 0 TCHITE

8) BUJUMBURA CITY 0 - 3 LLB

Imirwi irushanya amanota uku :

1) Vital’o: 24

2) Inter Star: 19

3) Atletico: 18

4) LLB: 16

5) Volontaire: 15

6) Messager Buja: 14

7) Muzinga: 13

8) Flambeau: 12

9) Messager Ngozi: 12

10) Olympic: 11

11) Rusizi : 10

12) Prince Louis: 10

13) Buja City: 9

14) Royal: 7

15) Nyanza: 6

16) Tchite: 0

Imirwi imwe imwe iranganya amanota ariko itandukana ku bitsindo, aha tuvuga nka Volontaire inganya na Inter Star ariko Volontaire ifise ibitsindo 9, Inter Star nayo 5.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.