Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kwambara neza birafasha umuririmvyi mu mwuga wiwe? - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Kwambara neza birafasha umuririmvyi mu mwuga wiwe?

Kwambara neza birafasha umuririmvyi mu mwuga wiwe?

mardi 22 Gitugutu 2013

Ikinyamakuru fan2.fr giti : « Turemera cane umuririmvyi Lorde », mu kiganiro abaha, uwo mu ririmvyi avuka mu gihugu ca Neo Zelande amenyesha ko kwambara neza ku mugaragaro, bitera intege umurimvyi.

Ejo ku muhingamo aho yarafise igireramo i Paris mu Bufaransa, abanyamakuru ba “fan2.fr” niho bari, aho bemeza cane ingene ahimbara cane abakunzi biwe kubera inyambaro yiwe. Lorde yemeza ukuntu yumva inguvu ariko ararimba imbere y’abakunzi biwe. Ikimuryohera si ikindi, igene yambaye. Niwaryohera abantu kurya kwa Nicki Minaj. Abandanya avuga ko akunda ivyambarwa cane kuko ituma arabwa uko atahora, cane cane ari imbere y’abakunzi biwe.

Si ivyo gusa umwambaro utuma ushobora kuba ico umuntu yambaye, canke ico uriko ukora n’ico uri. Ubu rero uwo murimvyi w’imyaka 17, yerekanwa kuri Billabong Magazine, aho biteze cane ko urukurikirane rwiwe Pure Heroine ruzokundwa cane. Urwo narwo ruzosohoka mu mpera z’ukwo kwezi. Ku bijanye no kwambara neza kw’umuririmvyi, tubabwira ico abaririmvyi b’ abarundi babivugako.


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.