Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Leo-Econet: Ihiganwa "Ni Hatari" ryoba ririmwo aka mwana wa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Leo-Econet: Ihiganwa "Ni Hatari" ryoba ririmwo aka mwana wa (...)

Leo-Econet: Ihiganwa "Ni Hatari" ryoba ririmwo aka mwana wa mama?

jeudi 15 Nzero 2015

Imigisha ihabwa abanywanyi ba Leo na Econet mw’ihiganwa "Ni Hatari"nticagura, vyerekana ko ihiganwa ritarimwo aka mwana wa mama canke mpingayanje.

Mu bakinye kw’igenekerezo rya 13 Nzero mw’ihiganwa, imigisha yatashe kwa SINIZIGIYE Hassan wo mw’idini rya Isilamu asanzwe yikorera utwiwe. Hassan avuga ko igihe bamuhamagara yari gusenga nk’uko abari mw’idini rya Isilamu babigira iminsi yose isaha cumi na zibiri z’umugoroba n’iminota (18h 15), ari naho hitavye umugore wiwe maze akamuha ubwo butumwa bwiza ko yatsindiye umuriyoni w’amarundi.

Hassan avuga ko umugambi w’amashirahamwe ya Econet na Leo ari mwiza kuko ayo mahera angana umuriyoni batanga mw’ihiganwa asahiriza cane imiryango y’abakunzi bayo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.