Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Leo - Econet : Imiriyoni z’amarundi ziguma zitangwa mw’ihiganwa "Ni (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Leo - Econet : Imiriyoni z’amarundi ziguma zitangwa mw’ihiganwa "Ni (...)

Leo - Econet : Imiriyoni z’amarundi ziguma zitangwa mw’ihiganwa "Ni Hatari"

mardi 6 Nzero 2015

Ihiganwa "Ni Hatari"ryatangujwe n’imihora ya Leo na Econet rirabandanya, abatsindira umuriyoni w’amarundi barabandanya. Abagera kuri batatu bahejeje guhabwa kuri uwu wa kabiri amabahasha y’umuriyoni batsindiye.

Inyuma y’abatari bake bamaze gutsindira amafaranga angana umuriyoni w’amarundi, ku munsi wa gatandatu w’igenekerezo rya 03 Nzero, uwitwa Rodrigue yatsindiye ayo mahera nyene. Bukeye bw’aho, Hakizimana Jeremie umwe mubagize inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi nawe arakina ihiganwa "Ni Hatari" atsindira umuriyoni w’amarundi. Ejo haheze kw’igenekerezo rya 05 Nzero, umupfasoni Jeanne yatsindiye umuriyoni nyene w’amarundi.

Bose bavuga rumwe mu gushimira ishirahamwe Econet na Leo kubera ritanga amahigwe ku banywanyi babo, ikindi bahurizako n’uko bagiye guhiganwa cane kugira bongereze amahigwe yo gutsindira imiriyoni 10 z’amarundi zizotangwa ku munsi wa nyuma w’ihiganwa "Ni Hatari".


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.