Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ligue des Champions: Imirwi iri mu gice ca 4 gishira ica nyuma:ibitsindo&Vid - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ligue des Champions: Imirwi iri mu gice ca 4 gishira ica nyuma:ibitsindo&Vid

Ligue des Champions: Imirwi iri mu gice ca 4 gishira ica nyuma:ibitsindo&Video

jeudi 19 Ntwarante 2015

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru Champions League ribera ku mugabane wa Buraya rigeze mu gice ca kane gishira ica nyuma c’inkino. Imirwi 8 yinjiye muri ico gice, raba uko iyo imirwi yatsindanye mu nkino z’igice c’umunani.

Inkino z’ibanze zatanguye kw’igenekerezo rya 17 Ntwarante 2015, izo gusubiza nazo zatanguye kw’igenekerezo rya 10 uko kwezi n’uwo mwaka nyene.

Urukino rwa mbere: Schalke 04 0-2, gusubiza 4-3 Real Madrid

Urukino rwa mbere FC Bâle 1-1, gusubiza 0-4 FC Porto

Urukino rwa mbere Chakhtior Donetsk 0-0, gusubiza 0-7 Bayern Munich

Urukino rwa mbere Paris-SG 1-1, gusubiza 2-2 Chelsea

Urukino rwa mbere Arsenal 1-3, gusubiza 2-0 Monaco

Urwa mbere Bayer Leverkusen 1-0. urwo gusubiza 0-1 Atletico Madrid

Urwa mbere Juventus Turin 2-1, urwo gusubiza 3-0 Borussia Dortmund

Urwa mbere Manchester City 1-2. gusubiza 0-1 FC Barcelone

Muri iyo mirwi 16, imirwi 8 yamaze gushika mu gice ca 4. Iyo nayo ni:

- FC Barcelone,
- Real Madrid,
- Atletico Madrid,
- Paris-Saint-Germain,
- Juventus de Turin,
- Monaco,
- FC Porto,
- Bayern de Munich

Inkino za mbere (aller) zo mu gice ca 4 zizotangura kw’igenekerezo rya 14 Ndamukiza. Izo gusubiza zitangura kw’igenekerezo rya 21 Ndamukiza. Inkino z’igice ca kabiri gishira ica nyuma zizotanguera igenekerezo rya 05 Rusama, izo gusubiza zitangure kw’igenekerezo rya 12 Rusama. Urukino rwa nyuma ni kw’igenekerezo rya o6 Ruheshi.Uko iyo mirwi izokina ntibiratangazwa.

Tububitseko igikombe ca Champions League co mu mwaka w’i 2013-2014 catwaye igihugu ca Espagne, ku bwa Real Madrid .

Raba urukino rwaryoheye benshi rwahuje Paris-Saint Germain na Chelsea.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.