Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
M23 izokwitaba ibiganiro i Kampala - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > M23 izokwitaba ibiganiro i Kampala

M23 izokwitaba ibiganiro i Kampala

jeudi 6 Ruheshi 2013

Ibiganiro ntibiratanguzwa muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo, ariko icizere camaze kuboneka.

M23 yamenyesheje ko kuw’Imana igenekerezo rya 9 Ruheshi 2013 bazorungika mu gisagara ca Kampala abawuserukira baje gusubira ibiganiro na Leta ya Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Bertand Bisimwa, umukuru wa M23 yatangaje ivyo mu gihe i Goma hacungerewe n’inzego za Monusco zaje gutuza imirwi irwana iri muri ako karere. Bertrand Bisimwa, umukuru wa M23 akamenyesha ko ata sano riri hagati y’ukwo kwemera ibiganiro n’izo ngabo za Monusco ziri i Goma. Yivugiye ati : « Twamye duhitamwo ibiganiro. Twahisemwo impanuro z’amakungu. »


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.