Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
M23 na FARDC bazindutse baratana mu mitwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > M23 na FARDC bazindutse baratana mu mitwe

M23 na FARDC bazindutse baratana mu mitwe

lundi 15 Mukakaro 2013

Ingwano zadutse hagati y’abasirikare ba Leta ya Kongo, FARDC n’abarwanyi ba M23 barwanya Leta.

Amakuru ava muri ako karere ingwano ziriko ziraberamwo amenyesha ko yatanguriye mu kigwati ca Mutaho, ku birometero nka cumi uvuye mu gisagara ca Goma, igisagara gisanzwe carigaruriwe na M23 ikiringo gitoyi mu mwaka uheze.

Umugwi w’abasirikare ibihumbi bitatu ba ONU bakaba aribo barungitswe mu buseruko bwa Congo, bakaba bafise ihangiro yo guhangana n’imigwi yitwaje ibirwanisho nka M23 níyindi.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.