IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Abantu 67 bafashwe bariko baja muri Tanzaniya

Makamba : Abantu 67 bafashwe bariko baja muri Tanzaniya

jeudi 18 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abajejwe umutekano mu ntara ya Makamba bataye muri yompi kuri uwu wa kane abantu baharurwa muri 67 bavuga ko bari bagiye kurondera akazi mu gihugu ca Tanzaniya. Abo bantu bafatiwe muri komine Kayogoro kuri uwu wa kane.

Abo bantu babanje kwumvirizwa n’abajejwe umutekano, mu nyuma haca hafatwa ingingo ko basubizwa iwabo.

Bose hamwe uko ari mirongo itandatu n’indwi, 19 bava mu ntara ya Gitega, 11 ni abo mu ntara ya Kayanza, 16 bo mu ntara ya Ngozi, 23 bo mu ntara ya Karusi, 7 bo mu ntara ya Ruyigi, hamwe n’umwe ava mu ntara ya Muramvya


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.