Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Abafaransa bamaze kwinjira mu gisagara ca Diabaly - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Abafaransa bamaze kwinjira mu gisagara ca Diabaly

Mali: Abafaransa bamaze kwinjira mu gisagara ca Diabaly

lundi 21 Nzero 2013

Inyuma y’indwi yari iheze igisagara ca Diabaly kiri mu minwe y’abarwanyi b’aba islam,abasirikare b’abafaransa bagiye mu gihugu ca Mali bashitse muri ico gisagara.
Imodoka zitari nkeya zabonetse zaraturiwe n’amasase yatewe n’indege za gisirikare mu gisagara ca Diabaly.

Abasirikare b’ubufaransa bari kumwe n’abasirikare ba Mali,binjiye muri ico gisagara ca Diabaly bari mu rukurikirane rw’imodoka z’igisirikare.Amakuru ava muri Mali amenyesha ko abarwanyi bavuye mu gisagara ca Diabaly inyuma y’ingwano ikaze yamaze indwi aho humvikanye amasase menshi yaraswa n’indege za gisirikare.

LetA y’u Bufaransa rero yamenyesheje ko,umugambi wayo ari uwo gusubiza abarongoye igihugu ca Mali agataka kose k’igihugu.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.