Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Abagwanya Reta biciyemwo imigwi ibiri , bamwe basaba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Abagwanya Reta biciyemwo imigwi ibiri , bamwe basaba (...)

Mali: Abagwanya Reta biciyemwo imigwi ibiri , bamwe basaba ibiganiro

vendredi 25 Nzero 2013

Abarongoye ishami rishasha ry’umuhari Ansar Dine urwanya ubutegetsi bw’igihugu ca Mali bamenyesheje ko bahevye ibikorwa vy’intagondwa,bakaba basaba ibiganiro vy’amahoro.

Umuhari w’intagondwa z’aba islam bagwanya Leta ya Mali bivugwa ko boba kakorana n’umugwi Al Qaeda.Ariko rero amakuru ava mu buraruko bwa Mali avugako uwo muhari wamaze kwicamwo kubiri,kuko hari ababandanya kugwana abandi bagasaba ibiganiro.

Uko kwicamwo kubiri rero ngo vyerekana ko bamwe mu bagwanyi bashaka kwiyonjorora kuri uwo muhari,ivyo rero bikaba bibaye inyuma y’ibitero vyagizwe n’abasirikare b’abafaransa.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.