Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Abarwanya Leta bateye Gao - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Abarwanya Leta bateye Gao

Mali: Abarwanya Leta bateye Gao

dimanche 24 Ntwarante 2013

Igisirikare ca Mali cemeza ko casubije inyuma abarwanyi bamaze gutana mu mitwe mu kiringo c’amasaha abiri.

Avuga ko abo barwanyi baciye mu ryahumye igisirikare ku munsi wa gatandatu, mu kwinjira mu muji wa Gao.

Abanyagihugu bo muri Gao nibo bavuze ko bababonye mu gisagara.
Abarwanyi bagendera ku mategeko akaze ya islam bazanye amategeko ya sharia mur’ico gisagara mu mezi icumi bahamaze.

JPEG - 21.2 ko

Umukuru w’igisagara ca Gao Sadou Diallo, avuga ko abo barwanyi batanguye intambara ahitwa quatrieme quartier, biruka bamaze gutana mu mitwe n’igisirikare.
Hari uwundi murwi uvurwa ko waciye ku ruzi mu kwinjira, ariko nawo ngo wasubijwe inyuma.

Nta gitigiri c’abahasize ubuzima cashotse gitangwa.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.