Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Abasoda b’abafaransa bagiye gufasha kurwanyi intagondwa z’aba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Abasoda b’abafaransa bagiye gufasha kurwanyi intagondwa z’aba (...)

Mali: Abasoda b’abafaransa bagiye gufasha kurwanyi intagondwa z’aba Islam

mercredi 16 Nzero 2013

Igisagara ca Diabaly caguye mu minwe y’abarwanyi b’aba islam basanzwe barifatiye uburaruko bw’igihugu ca Malia ku munsi wa mbere.

Indege z’intambara z’abafaransa zimaze iminsi itandatu zigaba ibitero ku birindiro vy’abarwanyi b’aba islam.

Umukuru w’Ubufaransa Francois Hollande yavuze ko iya ataba ubufaransa bwaratabaye igihe bwajayo, amazi yari kureng’inkombe.

Umurwi w’aba Toureg MNLA, wavuze ko ushobora guhindukirira abo barwanyi b’aba islam bahora bafatanije urugamba, ukifatanya n’abawurwanya.

JPEG - 28.4 ko

Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.