Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Intambara zirabandanya hafi y’igisagara ca Gao - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Intambara zirabandanya hafi y’igisagara ca Gao

Mali: Intambara zirabandanya hafi y’igisagara ca Gao

jeudi 7 Ruhuhuma 2013

Jean Yves, umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’igihugu c’Ubufaransa yamenyesheje ko abasoda bo mu gihugu ciwe babandanya kugwana muri Mali nk’uko amakuru duhabwa na bagenzi bacu ba BBC babivuga.

Ivyo rero bikaba vyashikirijwe na Le Drian ku nsamirizi imwe mu gihugu c’Ubufaransa aho yatanga ibitigiri bishasha vyerekana ko abagwanyi b’intagondwa z’aba Islam bamaze kwicwa mu ndwi zitatu baharugwa mu majana.

Umushikiranganji wo kwivuna abansi w’Ubufaransa aranemeza kandi ko intambara zikomeye ziriko zibera hafi y’igisagara ca Gao.

Abasirikare b’Ubufaransa bafadikanije n’abasirikare b’igihugu ca Mali bakaba barirukanye abagwanyi bari bigaruriye ico gisagara, haraheze iminsi yababa cumi.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.