Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mali: Leta zunze ubumwe za Amerika zarungitse indege - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mali: Leta zunze ubumwe za Amerika zarungitse indege

Mali: Leta zunze ubumwe za Amerika zarungitse indege

mercredi 23 Nzero 2013

Indege za gisirikare z’abanyamerika zaratanguye kwunguruza abasirikare b’abafaransa hamwe n’ibikoresho vyabo muri Mali

Iyi ni imfashanyo Reta zunze ubumwe za Amerika ziriko zirafasha igisirikare c’Ubufaransa mu kurwanya abarwanyi b’idini rya islamu bigaruriye uburaruko bwa Mali.

JPEG - 25.2 ko

Umuvugizi w’igisirikare ca Reta zunze ubumwe za Amerika yaramenyesheje ko indege zibiri zashitse ku kibuga c’indege co ku murwa mukuru wa Mali Bamako zivuye muri Istres mu bumanuko bw’u Bufaransa mu gihe hategekenywa izindi ngendo mu minsi iri imbere.

Reta zunze ubumwe za Amerika ni imwe mu bihugu bifasha mu gutanga ibikoresho ku basirikare muri Mali haheze indwi zibiri.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.