Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Matthias Müller niwe agiye kurongore ihinguriro ry’imodoka VW - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Matthias Müller niwe agiye kurongore ihinguriro ry’imodoka VW

Matthias Müller niwe agiye kurongore ihinguriro ry’imodoka VW

vendredi 25 Nyakanga 2015

Matthias Müller arongoye ihinguriro Porsche niwe agiye gusubirira Martin Winterkorn mu mabanga yo kurongora ihinguriro Volkswagen,inyuma yaho habonekeye ko habaye ububeshi mu kwerekana urugero rw’ivyuka imodoka zikorerwa muri Volkswagen zosohora mu kirere.

Igenwa ku mugaragaro rya Matthias Müller yahora arongoye Porsche ritegekanijwe kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2015.

Matthias Müller afise imyaka 62 y’amavuko,yatanguye gukora mw’ihinguriro Audi akiri muto,imbere yo kubandanya amashure ya kaminuza mu bijanye n’ubuhinga bwa none,imbere yo kugaruka muri Audi mu mwaka w’1977.

Yari amaze imyaka itanu arongoye Porsche,abaye umukuru wa mbere afise ubumenyi bwo ku rwego rwa ingenieur mu bijanye n’ubuhinga bwa none arongoye Volkswagen.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.