Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri: Abantu cumi n’icenda bahitanywe na Montgolfiere i Louxor - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri: Abantu cumi n’icenda bahitanywe na Montgolfiere i Louxor

Misiri: Abantu cumi n’icenda bahitanywe na Montgolfiere i Louxor

mardi 26 Ruhuhuma 2013

Abantu cumi n’icenda bagizwe n’ingenzi z’abafaransa, abongereza, abayapani hamwe n’abanya Hong Kong, nibo bitavye Imana kuri uyu wa kabiri, bahitanywe na vya bigega bibika imyuka ishushe bita montgolfiere, aho vyaturikira hafi y’aho bari. Nk’uko bimenyeshwa n’abajejwe umutekano aho mu Misiri.

JPEG - 73.5 ko

Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.