Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri: Igisirikare kiragabisha ku myiyerekano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri: Igisirikare kiragabisha ku myiyerekano

Misiri: Igisirikare kiragabisha ku myiyerekano

mardi 29 Nzero 2013

Umukuru w’igisirikare ca Misiri, general Abdel Fattah Al-Sissi yatanze itangazo ryacishijwe kumuhora wa Facebook w’igisirikare, inyuma y’aho abantu benshi bihereje amabarabara mw’ijoro ryakeye.

Abagiye mur’iyo myiyerekano barenze ku ngingo y’umukuru w’igihugu yari yabujije imyiyerekano mu miji mikuru itatu.

Abantu barenga 50 nibo bamaze kurwa mu migumuko imaze iminsi.

Abanyamakuru bari i Cairo bavuga ko amajambo ya general Al-Sissi asa n’ayo guter’ubwoba mu buryo buteruye abarwanya Leta.

Ayo majambo abonekamwo kandi guhamagarira abantu gutekana no guhumuriza abanya Misiri mu kubibutsa uruhara rw’igisirikare.


Alice Anny Akingabiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.