Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri: Imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu i Tahrir (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri: Imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu i Tahrir (...)

Misiri: Imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu i Tahrir Square

dimanche 30 Ruheshi 2013

Abantu ibihumbi nibo biteguriye kuja mu myiyerekano ku kibuga ca Tahrir Square mu gisagara ca Cairo, ku murwa mukuru wa Misiri, ahateganijwe kubera imyiyerekano yo gusaba umukuru w’igihugu Mohammed Morsi kuva ku butegetsi.

Abamurwanya baramwagiriza ko atashoboye gukemura ikibazo c’ubutunzi n’umutekano muri uyu mwaka amaze ku butegetsi.
Bamenyesha ko bashaka ko hoba amatora vuba cane.

Ku ruhande rw’abakunzi b’umukuru w’igihugu Morsi yabaye uwutwaye ico gihugu ubwa mbere avuye mu matora abaye mu bwigenge, nabo bariko bategura imyiyerekano yabo biyamiriza abo bariko bahakana umukuru w’igihugu Morsi.

Igisirikare co muri ico gihugu kiragabisha ko gishobora gukoresha inguvu mu gihe hoba imigumuko.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.