Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri: Umutekano urakajijwe i Sinai - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Misiri: Umutekano urakajijwe i Sinai

Misiri: Umutekano urakajijwe i Sinai

dimanche 10 Ntwarante 2013

Mu gace ka Sinai mu misiri hashizweko amategeko yo mu bihe bihambaye.

Abajejwe umutekano mu Misiri bavuga ko iyo ngingo yafashwe nyuma y’aho baronkeye amakuru y’uko abarwanyi ba Ki Islam bashaka kugaba ibitero ku nyubakwa za leta.
Ako karere gahana urubibe na Israel, kamye gahura n’ibibazo vy’umutekano muke.

Muri ano mezi, abajejwe umutekano mu Misiri bamaze igihe bategura ibikorwa bijanye no kugarukana umutekano, kandi ibiro biserukiye Ubwongereza vyagabishije ko ibitero bishobora kuba igihe ico arico cose.

JPEG - 32 ko

Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.