Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss Israel 2013 ava mu gihugu ca Etiyopiya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Miss Israel 2013 ava mu gihugu ca Etiyopiya

Miss Israel 2013 ava mu gihugu ca Etiyopiya

samedi 2 Ntwarante 2013

Tityish Titi Aynaw,umwigeme w’umunya Israel yamuka mu gihugu ca Etiyopiya niwe yatowe kuba umukobwa wa mbere mwiza w’umwaka wa 2013,mu gihugu ca Isirayeli.

Uwo mwigeme yashitse mu gihugu ca Isirayeli ari kumwe n’umuryango wiwe afise imyaka 12.Mu gihe ubu afise imyaka 21,Yityish Titi Aynaw abaye uwa mbere ava ku mugabane wa Afrika atowe muri ico kibanza.

Inyuma y’ibirori vyo kumwerekana icese,yamenyesheje ko ari ngira kamaro kuronka umukobwa mwiza wa mbere ava muri Afrika mu gihe mu gihugu ca Isirayeli hari abantu b’ubwoko bwinshi.

JPEG - 7.7 ko

Uwo mwigeme aba I Netanya hagati ya Tel-Aviv na Haifa asanzwe ari muri bamwe berekana ubwoko bw’impuzu(Mannequin),yizeye ko bizotuma abanya isirayeli bagira umutima wo gukoresha abanyafrika muri ico gikorwa.

Uwo mwigeme Titi Aynaw yizera kandi ko itorwa ryiwe rizotuma abo bava mu gihugu kimwe babonwa neza muri ico gihugu.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.