Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Moyes yasezeye umurwi Everton - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Moyes yasezeye umurwi Everton

Moyes yasezeye umurwi Everton

jeudi 9 Rusama 2013

Everton iremeza ko umumenyereza wayo David Moyes yamaze kubasezera kandi yavuze ko yipfuza kuja muri Manchester United.

Everton yarashimye ibikorwa vya David Moyes kuva ageze muri uwo murwi mu mwaka w’2002.

Moyes agiye gusubirira Ferguson muri Manchester United, yatangaje abantu mu gushobora kumenyereza umurwi ugashika ku rugero rushimwa kandi ata buryo bukwiye yarafise.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.