Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mu minsi ibiganiro biratangura hagati y’abatalibani n’Amerika - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Mu minsi ibiganiro biratangura hagati y’abatalibani n’Amerika

Mu minsi ibiganiro biratangura hagati y’abatalibani n’Amerika

mercredi 19 Ruheshi 2013

Ibiganiro hagati ya Leta zunzubumwe z’America n’aba talibani bagiye gutanguramu misi mike inyuma yimyaka 12 y’amatati.

Inyuma y’amasaha make aba talibani buguruye ibiro bizorohereza umwunvikano na Amerika i quatar, uwuseruka igisoda ca Amerika yamenyesheje ko abasoda 4 bitavye Imana bahitanywe n’ibimbombe vyatewe mw’ikambi igwana ikoresheje indege.

Icatumye ico gitero ntikiramenyekana ariko ivyo vyerekana ko hakiri urugendo rurerure kugira haboneke amahoro muri Afganistani aho intagondwa z’abatalibani ziguma zihungabanya umutekano, Leta ya Afganistani ikaba yari yamenyesheje kumugaragaro kurI uyu wa kabiri ko yasubiye gufata muminwe umutekano mu kibanza c’abasoda ba OTAN bigatuma bagabanya abasoda mu mpera zumwaka wa 2014.

Amerika ikaba izohura ubwambere nab’atalibani inyuma y’imyaka myinshi mumisi mike i Doha, ngo ninama izoba igira itangure urugendo rugoye


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.