Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Yitwaje "Caleçon" y’urwatsi rubisi ku mutwe mu gushigikira Bob (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Yitwaje "Caleçon" y’urwatsi rubisi ku mutwe mu gushigikira Bob (...)

Yitwaje "Caleçon" y’urwatsi rubisi ku mutwe mu gushigikira Bob Rugurika

jeudi 19 Ruhuhuma 2015

Mu ntumbero yo gushigikira ingingo yo gusohora Bob RUGURIKA mw’ibohero rya Muramvya, abantu batari bake bari bashitse ahakorera iyo RPA, benshi muri bo bari bambaye ibintu birimwo ibara ry’urwatsi rubisi, abandi bitwaje amashami, hakaba hari n’abari bambaye ku mutwe uduhuzu two munsi bita "Caleçon" dufise iryo bara.

Umwe mubari baje gushigikira Bob Rugurika, ni umugore yahisemwo kwambara ku mutwe agahuzu ko munsi (Caleçon) karimwo ibara ry’urwatsi rubisi, mu ntumbero yo gushigikira Bob RUGURIKA.

Uwo mugore yashatse kugira nk’abandi, aho hari abari bambaye amasashi y’urwatsi rubisi, imipira y’iryo bara, hamwe n’abandi bari bafise ibiti, hakaba n’abari bashonesheje impuzu zirimwo iryo bara zambarwa n’abapfungwa bo mu Burundi.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.