IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga: Abantu babiri bapfuye barashwe

Musaga: Abantu babiri bapfuye barashwe

lundi 31 Myandagaro 2015

Abantu babiri nibo baraye bishwe,abandi batatu barakomereka,barashwe muri Komine ya Musaga iri mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura.

Abo bishwe ni umukozi wo munzu hamwe n’umunyeshuri wo muri kaminuza y’Uburundi,biciwe kw’ibarabara rya mbere ryo ku Musaga.

Amakuru ava ngaho ku Musaga amenyesha ko,hari nk’igihe c’isaha zibiri n’igice z’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 30 Myandagaro 2015,aho abantu batatu bambaye umwambaro wa gisirikare baca aho bagahita bararasa.

Abanyagihugu bo ku Musaga basaba ko boronswa uburenganzira bwo kwicungerera umutekano mw’ijoro mu gukora amarondo,kuko biboneka ko kuva bahagaritse gukora amarondo ubwicanyi bwasubiye kwibonekeza ku Musaga.
.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ndahojeje Umuryango Wabuze.Wihangane Ntamvura idahita

  • Abarundi barundikazi vahasi mwigwanire muraheze nabana binyoni kumusi batwara 20ntawugaruka bica 5 murorera murindiriye iki??mbemwz nimuzi kwica ?!bishe umwe icanamwe babiri Héra /kuri ba chef de quartier/chef de zone etc abagore baba police abasirikare ’nabonye mubacakiye mubice hanyuma murabe ko kubica bitahagara abarundi ntibabahende abanyepolitique uko murindira niko muhona !!!!!umuti wumwicanyi nukuja umwicanyi namwe ibuka mubihe biheze mwatururiye umuntu umwe baciye bitonda Ubu raba ivyabashikiye mubihagaritse kunyugu zabanyepolitique !!!haguruka ntiwibagire (umugore wapolice igisirikare ’chef de zone chef de quartier ’musitanteri ’amakuru Bose umubonye kuraho ) kugira urabé ko wabaho kabiri murundi ataruko murahonye

  • birababaje amaraso azoseseka gushika ryari? Naho atakiriko kiratabara tubona Imana izobikora inzira zayo ni nyishi. Imana ishoboze abarundi kwihangana!

  • Nyangoma yaraye agiriwe inama ninzegozumutekano zomu Rwanda guhamagarira abobahaye ibirwanishobose kubikura muburundi bakabizana ahantuhateguwe mu Rwanda bakabibikaho ngokuko inzegozumutekano nzobibamarako vyose ngovyo bamaze kubafatana bireze urugero.

  • Reka babamese mwatera akaguma mubona.

  • emma

    murasara ngo mukeneye uburenganzira bwo kwirarira? canke mukeneye bwokuza murica abantu binzira karengane? nkabo mwishe mumigumuko yanyu. Ahubwo ndasavye reta amabarabara yose akizibiye kumusaga yose aziburugwe atagisabwe kandi yose.

  • mwihangane benewacu mugire urunani! imana ntiyabahevye.komeza kurinda vyose birashoboka

  • wewe jean marie na emma mwanterahamwe mwe!muzopfa nabi muraga puuuu!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.