Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umutama w’umunyezamu yahitanwe n’amasasu
Musaga : Umutama w’umunyezamu yahitanwe n’amasasu
dimanche 18 Gitugutu 2015, par
Amasasu menshi n’ama gerenade vyumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu rishira uw’Imana, muri zone Musaga. Ivyononekaye vyose hamwe ntibiramenyekana, ibizwi gushika ubu akaba ari umutama yagandaguwe, hamwe n’abantu bahagaritswe.
Umutama azwi kw’izina rya GOYIGOYI Yohani niwe yahasize ubuzima ahitanwe n’amasasu. Uwo yitavye Imana yakora akazi k’ubunyezamu kw’ibarabara rya gatatu ku Musaga, akaba yarasiwe kuri iryo barabara nyene.
- Umutama GOYIGOYI Yohani yarara izamu ku Musaga kurya gatatu
Amakuru dufise gushika ubu amenyesha ko amasasu menshi n’ama gerenade vyumvikaniye cane kw’ibarabara rya mbere ku Musaga, abegereye aho hariko havugira ayo masasu bakavuga ko igiporisi muri iryo joro cahagaritse bamwe mu rwaruka ruba aho bita mu Gikoto.
IGIHE
Messages
18 Gitugutu 2015, 12:26, par EMERI
Imanimwakire mubwamibwayo amen.
18 Gitugutu 2015, 13:11, par fidelite
abatutsi mwamaze guhumigwa n’amaraso y’abahutu mwanyoye,muriko muricana entre vous mukadandaza ama foto y’imivyimba ya benewanyu,mwararozwe pe.
18 Gitugutu 2015, 13:47, par 147
mpeko mutaravuga ko ari igiporisi ububaronsegahagwe
18 Gitugutu 2015, 14:49, par kiziga liLY
None uwo mutama ko adashobora no kurwana n’inkoko ngo ayishobore .kwizamu yakoragaho iki!!?? Aho si yari ashinzwe kurangira aba sans echecs ngo batere grenade mubapolisi!!!!
18 Gitugutu 2015, 16:21, par Frodebu
Ubu abatutsi badge inzira yokwica abatutsti atacobaba mariye about ba se guhunga ngo bagire iremenTanya ngo mumakungu avugeko reta iriko irahonya ubwoko iyo na manyanga ya Nyangoma na CENARDE kugira bashikure ibiganiro canke baba she kubaha ibigwanusho abatutsi mutahabonye Nyangoma arabamara ntafyina Kuri naho hipfa abatutsi na ba huyu batavuga rum wenawe ntacobimutwaye nikinywamaraso turamuzi
18 Gitugutu 2015, 17:27, par fidelite
Mbega hari uwoba yiyumvira nka nje,abo batutsi bariko bicwa na ba teddy mazina,ba rudatsimburwa n’abandi ba journalistes bo muri iwacu ,nibo bariko barabica kuko urabona ko baca bihutisha gushira ama photos kuri réseaux sociaux;nkako gatama koko ni montage ,hari amaraso mubona kahitanywe na crise cardiaque baca bararyamika ngaho ngo karashwe na polisi,ubutama mwene ubwo ntimwibagire ko aribwo bwamaze abahutu izo mbwebwe,ubu mucunge aba journalistes b’abatutsi izo ni montages zabo sans oublier les réglèments de compte entre eux ,bariko bakora nko mu rwanda muri 94,mpaka bakuye abahutu ku butegetsi bace babakorera genocide,mais ntawoba akivyemera .
18 Gitugutu 2015, 17:59, par kamwe
Jw mbona atakiri amakuru ahubwo namatangazo yokubika ariko imana iriho bitebe bitebuke izoduhorera
18 Gitugutu 2015, 18:45, par Ugara😷
Naho nakagendeye, harabantu bibijuju kuriy’isi. Muga Imana ibababarire kuko hariho anantu kabuze mumitwe yanyu:( n’imitima mufise ifise
Igikomere ntavugwa:( muri ba bantu Imana yaha amaso muga ntiyabone, ikabaha amatwi ntiyunve. Uyu
Mutama agyamye ngaho, we yaronse nabamutera iteka gy’Imana baramutora kandi azonashingugwa nirindi teka. Mwe nimwe muri imirambo kuko mutazi iyo muzogwa nikizobahitana.
18 Gitugutu 2015, 20:34, par Nene star ruyigi
Mana yacu tabara abarundi n’uburundi.ikibay cos n’amaraso.ewe tabara
18 Gitugutu 2015, 20:43, par Nene star ruyigi
Ew Mana yac tabara uburundi n’abarund.ikibay cons namaras non igihugu cac cabay icamaras?tabara.
18 Gitugutu 2015, 20:55, par Léopold
None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?
18 Gitugutu 2015, 20:56, par Léopold
None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?
18 Gitugutu 2015, 20:59, par Léopold
None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?
18 Gitugutu 2015, 22:55, par nizigiyimana michel
mana tabarubundi ariko gayemye abantu.bakora ivyo ntibobiheba
18 Gitugutu 2015, 23:29, par kamaro
uyu mutama yarumudoriya wabicanyi kuko uwurarizamu ajahagati mwibarabara?
19 Gitugutu 2015, 12:42, par nkurunziza
imana imuhe iruhuko ridashura cndd fdd yiyemeje kumarisha abarundi ndetse nabitwa ko ari abanywi bayo barimo l genera adolph nabandi.......
20 Gitugutu 2015, 13:04, par John
Reka abasoda ba Africa yunze ubumwe baze, berekane ivyo mandat y’igitugu yangije bababwira ntimwumve, hanyuma amasezerano y’amahoro ace asaba ko hajaho intwaro mfata kibanza, ibihano kubakoze ibara bashaka kuyobora iyindi manda batemerewe bakabone, abishe, abakokeje indwano bakarimbura abandi baramenje reka murabe ubwo butegetsi muvuga murabe ico bubazanira. uwuzubwenge yoba ahunga bwambere.
21 Gitugutu 2015, 14:17, par KABWA ANDREE
IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS
21 Gitugutu 2015, 14:18, par KABWA ANDREE
IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS
21 Gitugutu 2015, 14:21, par KABWA ANDREE
IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS