Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ni nde “muntukazi” mugufi kumurusha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ni nde “muntukazi” mugufi kumurusha

Ni nde “muntukazi” mugufi kumurusha

jeudi 28 Ruhuhuma 2013

Kw’isantimetero 62 nibice 8 hamwe n’ibiro 5, Jyoti Amge, niwe muntu wambere w’igitsinagore mugufi kugera ubu mu gitabo bita “Livre Guinness des records”.

JPEG - 8.5 ko

Ni umuhindikazi yavukiye ahitwa Nagpur, igenekerezo rya 16 Kigarama mu mwaka wa 1993. Ahejeje amashure yiwe y’isumbuye, akaba ariko yitegurira ikibazo co kwinjira mu nyigisho za kaminuza.

Ubwo bugufi bukaba bwatewe n’indwara yitwa “achondroplasie” . Iyo ndwara ikaba itera ukudakura neza kw’amagufa.


Ingabire Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.