Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Niger : Abasoda batewe ubwa mbere na Boko Haram - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger : Abasoda batewe ubwa mbere na Boko Haram

Niger : Abasoda batewe ubwa mbere na Boko Haram

jeudi 30 Ndamukiza 2015

Mu gitero Boko Haram yagavye ku kirindiro c’igisoda ca Niger kiri ku kiyaga Tchad hapfuye abantu mirongo ibiri n’umunani hamwe n’abasoda 46.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ndamukiza uwu mwaka mu gatondo ka kare, Boko haram yagize igitero sindamusiga. Uwo muhari usanzwe witwaza iterabwoba w’aba jihadiste baje n’amapikipiki abandi n’amaguru nk’uko amakuru ava ngaho nyene avyemeza, imigwano ica iratangura. Abo barwanyi basnzwe bagisibije muri ivyo bihugu vya Nigeria, Niger, Tchad na Cameroun, bakaba bamaze gutuma abantu benshi baunga, abandi bakicwa bunyamaswa.

Ku murango, igisoda ca Niger caciye gita ico kirindiro mu maboko y’abarwanyi ba Boko Haram, na cane cane ko cari igitero ca mbere, abarwanyi ba Boko Haram bagize ku ngabo za Niger.


Bill Nkurunziza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.