Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria: 44 bahitanywe n’igitero ca Boko Haram - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria: 44 bahitanywe n’igitero ca Boko Haram

Nigeria: 44 bahitanywe n’igitero ca Boko Haram

mardi 7 Mukakaro 2015

Mu gihugu ca Nijeriya,umuhari w’abaislamu Boko Haram ubandanya ugira ibitero mu bice bitandukanye,aho utega ibisasu bigahitana abantu batari bake.

Kimwe mu bisasu vyaturikijwe, caguye mu nzu yo gufunguriramwo yuzuye abantu,
inyuma y’umwanya mutoyi, hatewe ibindi bisasu mu musigiti.

Humvikanye amasasu menshi mu bantu bari hanze y’uwo musigiti imbere y’uko umwiyahuzi yiturikirizako igisasu.

Amakuru ava aho muri Nijeriya avuga ko bishoboka ko uwo musigiti woba watumberewe kubera umwigisha w’idini yaneguye umuhari Boko Haram igihe yariko yariko yigisha muri wo.

Ivyo bitero vyagirizwa Boko Haram, co kimwe n’ibindi vyagizwe mu ndwi iheze, vyahitanye abantu batari munsi y’amajana abiri.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.