Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria: Abantu 47 bapfuye,abarenga 50 barakomereka mu gitero (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria: Abantu 47 bapfuye,abarenga 50 barakomereka mu gitero (...)

Nigeria: Abantu 47 bapfuye,abarenga 50 barakomereka mu gitero c’abihevyi

mercredi 12 Myandagaro 2015

Abantu 47 barapfuye abashika 50 barakomereka mu gitero cakozwe mu buraruko bushira ubuseruko bw’igihugu ca Nijeriya kuwa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro,mu gace kabangamiwe n’ibitero vy’umurwi Boko Haram.

Umuvuzi ku bitaro vy’ahitwa Biu muri Reta ya Borno yavuze ko ico gitero cabaye inyuma y’umutaga amasha haba hari uruja n’uruza runini,abakomeretse nabo babazana bavuye kw’isoko iri mu gace kitwa Sabon Gari.

Amakuru y’ivyononekaye aremezwa kandi n’igisirikare aho cemeza ko abantu 47 aribo bapfuye,52 nabo barakomereka.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.