Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria:Abategetsi batatu bakuru mu gisirikare birukanywe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria:Abategetsi batatu bakuru mu gisirikare birukanywe

Nigeria:Abategetsi batatu bakuru mu gisirikare birukanywe

lundi 13 Mukakaro 2015

Umukuru w’igihugu ca Nijeriya Muhammadu Buhari yirukanye abategetsi batatu bakomeye mu gisirikare.

Amakuru ava mu buvugizi bw’umukuru w’igihugu ca Nijeriya,amenyesha ko abirukanywe ari uwurongoye abasirikare barwanira hasi,abarwanira mu kirere n’abarwanira mu mazi.

Iryo yirukanwa ryabo bategetsi ribaye indwi imwe gusa imbere y’uko umukuru w’igihugu ca Nijeriya afata urugendo ruzomushikana muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika,aho azobonana ana Barack Obama arongoye ico gihugu.

Amazina y’abazobasubirira vyitezwe ko azomenyekana mu masaha make.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Non yabahoyik?eheee nicogihugu kirahagabir!!

  • Numugabo kabisa!ngaruts gato yabahoy iki?

  • Abategetsi nkabo kubakurira rimwe hari imvo ikomeye.!buhari ari nivyo yiketse canke yahaw inkuru n’igendereza!

  • ur’umugabo mutama hakugira intwazangabo zititaho ineza y’igihugu n’abanyagihugu zotuma zifutwa zikakwa amapete,urazi ingen abavyeyi bana nigeria bahekuw abana babo babakobwa bagatahira ibi bivume ngo ni bokoharam izo ngabo zibona ntihagir nico zishikako zitwaza ko atabakobwa babo barimwo,mbega ayo mapete bambay baribuka neza ico bayambariy cank uwayabahay yari yiyumviriy neza,ko bishimy gusa bakanga aba civil ataco bamaz ahubwo nabandi ba president ba africa bari bakwiy gufata ingingo ikomey ku ngabo zabo nkuko kwa president wa Nigeria,turagukej urindya munyu,komera kdi Imana ikuj imber

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.