Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria : Abitegurira ubugeni bibatwara amafaranga atagira uko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Nigeria : Abitegurira ubugeni bibatwara amafaranga atagira uko (...)

Nigeria : Abitegurira ubugeni bibatwara amafaranga atagira uko angana

jeudi 30 Ndamukiza 2015

Mu gutegura ubugeni mu gihugu ca Nigeria, bitwara amafaranga menshi, kubera ababutegura usanga bisunga imigirwa ya za Buraya na Amerika.

Imiriyoni zibiri z’amadolare y’Amerika, zikaba arizo zikoreshwa mu kuzana ivyiyumviro vy’bantu bakomeye b’i Buraya, amashurwe yo mu gihugu c’Ubufaransa n’abaririmvyi bakomeye bo muri Amerika.

Mu guhimbaza iyo minsi mikuru, abarwizatunga ntibavyorosha kuko bivanye no ku butunzi bukomeye bakura mu bitoro biyimburira , n’igisata co gutumatumanamako amakuru gisanzwe cinjiza amahera menshi muri ico gihugu, igisata c’amareresi n’utugenegene naco nyene kiza kw’isonga mu kwinjiza amafaranga atagira uko angana, baca bitegura, mu gukoresha amafaranga menshi.

Ivyo bisata rero bigatuma ico gihugu kiza imbere mu bihugu ubutunzi buhasesekarira biciye muri ubwo buryo bwo gutunganya ubugeni burengeje imilioni zibiri z’amafaranga y’Abanyamerika.


Bill Nkurunziza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.