Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria : Igisirikare ca Nigeria kigiye kubeshuza ibivugwa na boko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria : Igisirikare ca Nigeria kigiye kubeshuza ibivugwa na boko (...)

Nigeria : Igisirikare ca Nigeria kigiye kubeshuza ibivugwa na boko haram

mardi 24 Ruheshi 2014

Inyuma y’amezi abiri gusa abanyeshure b’abigeme banyurujwe n’umurwi wa boko haram mu gihugu ca Nigeria, abandi bashika 60 binugwanurwa ko boba banyurujwe na boko haram abandi 30 baricwa.

Ku bwa Modu Mustapha arongoye agace kabereyemwo ivyo bintu mu gihugu ca Nigeria, avuga ko abanyagihugu batari munsi ya 30 bahasize ubuzima mu gihe abandi nabo bagera kuri 60 banyurujwe mu karere ka Kummabza mu ntara ya Borno. Umukuru w’abarwanyi ba boko haram muri ako gace, akaba avyemeza ko aribo bateye, bongera abaranyuruza abakenyezi n’abigeme bagera kuri 60. Aji Khalil avuga ko ibitero bazobibandanya muri ako gace. Ubu abanyagihugu bo mu ntara ya Borno bakaba barara ntibuca batinya guhava bagandagurwa ijoro.

Gushika ubu, abasirikare b’igihugu ca Nigeria ntibaremeza iryo nyuruzwa ryabobagore. Igisirikare ca Nigeria kikavuga ko gifise vyinshi kigiye kuzobeshuza ku bijanye n’ibivugwa canke ivyandiwa mu binyamakuru ku bitero bigirwa n’izontagondwa za boko haram muri ico gihugu ca Nigeria.


Aristide Nizigire

Messages

  • LE NECESSAIRE N’EST PAS DE DEMENTIR CE QUE LES MEDIAS ONT PUBLIES SUR LES DIFFERENTS ATTAQUES DU BOKO HARAM MAIS PLUTOT LA SOLUTION N’EST AUTRE QUE PRENDRE DES MESURES ADEQUATES POUR COMBATTRE ET ANEANTIR CE GROUPE TEROLISTE QUI NE SECCE PAS DE TORTURER TRAUMATISER PRENDRE EN HOTAGE ET BOUCLIER HUMAIN LES FILLES ELEVES ET FEMMES INNOCENTES.

  • LE NECESSAIRE N’EST PAS DE DEMENTIR CE QUE LES MEDIAS ONT PUBLIES SUR LES DIFFERENTS ATTAQUES DU BOKO HARAM MAIS PLUTOT LA SOLUTION N’EST AUTRE QUE PRENDRE DES MESURES ADEQUATES POUR COMBATTRE ET ANEANTIR CE GROUPE TEROLISTE QUI NE SECCE PAS DE TORTURER TRAUMATISER PRENDRE EN HOTAGE ET BOUCLIER HUMAIN LES FILLES ELEVES ET FEMMES INNOCENTES.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.