Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeriya: Abantu cumi n’icenda bagandaguwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeriya: Abantu cumi n’icenda bagandaguwe

Nigeriya: Abantu cumi n’icenda bagandaguwe

mardi 2 Ndamukiza 2013

Nk’uko bishikirizwa n’uwari muri ico kibanza ibara ryagwiriyemwo, muri kano gatondo inkozi y’ikibi yitwaje inkoho yihaye inkumbi igandagura abantu bagera kuri cumi n’icenda, harimwo abagore n’abana, mu karere ka Ataka kari hagati y’intara ya Kaduna na Plateau.

Uwo mwicanyi yikekwa kuba ari mu borozi b’inka b’abayisilamu basanzwe baguma bimuka mu mpande zose, barondera uburagiro bw’ubusho bwabo.

Abamenyeshamakuru bibutsa ko ritabaye irya mbere ako karere gatewe kuko no mu gihe giheze habereye ibitero.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.