Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeriya: Abapolisi 23 bahitanwe n’umutego - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Nigeriya: Abapolisi 23 bahitanwe n’umutego

Nigeriya: Abapolisi 23 bahitanwe n’umutego

jeudi 9 Rusama 2013

Abapolisi bari ku rugendo baja gufata umukuru w’umurwi uzwi kw’izina rya « Ombatse » n’abandi banywanyi bawo baguye mu mutego igihe batererwa muri Leta ya Nasawara, mirongo ibiri na batatu bahasiga ubuzima.

Igipolisi kivuga ko uwo murwi w’aba Ombatse, baturuka ahanini mu bwoko bw’aba Eggon.
Aba Ombatse bagirizwa ko bakomeje kwinjiza ku nguvu aba islam n’abakirisu, kugira bakurikire ivyo uwo murwi wemera.

Uwo murwi wagirizwa kandi ubugizi bwa nabi n’iterabwoba ukorera abantu ku nyungu zawo za politike.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.