Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Norvege:Sadi Bugingo yahamwe n’icaha ca jenoside - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Norvege:Sadi Bugingo yahamwe n’icaha ca jenoside

Norvege:Sadi Bugingo yahamwe n’icaha ca jenoside

vendredi 15 Ruhuhuma 2013

Sentare yo muri Norvege yahamije Sadi Bugingo icaha co kuba yaragize uruhara mu bwicanyi bwahitanye abantu bari hagati y’igihumbi n’ibihumbi bibiri.

Ntiyarezwe kuba ubwiwe yarishe umuntu n’umwe muri bo, ariko umucamanza yavuze ko Bugingo yari ajejwe gukurikirana ko amabwiriza yo kwica yatangwa yakurikijwe.

Bugingo, yabaye muri Norvege igihe kirenga imyaka 10, yarahakanye mu rubanza rwiwe ko ata ruhara na mba yagize muri jenoside yabaye mu Rwanda.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.