Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ntaganda yarengutse imbere ya sentare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ntaganda yarengutse imbere ya sentare

Ntaganda yarengutse imbere ya sentare

mardi 26 Ntwarante 2013

Umucamanza yaciriye mw’ijambo Bosco Ntaganda, amusobanurira ko adakwiye kwiregura, kugeza abisabwe mu minsi iri imbere urubanza rwongeye gusasa.

Bwana Ntaganda yagirizwa ivyaha birimwo ubwicanyi, gufata abagore ku nguvu no gushira abana mu mirwi yitwaje ibirwanisho, mu gihe c’intambara yabaye mu buseruko bwa Congo, haraheze imyaka icumi.

Bubaye ubwa mbere Bosco Ntaganda agera imbere ya sentare kuva yitanze ku biro vy’uhagarariye Leta Zunze Ubumwe za Amerika iKigali.


Jean de Dieu Munyembabazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.