IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Pakisitani: Igitero ku modokari y’AbaShia

Pakisitani: Igitero ku modokari y’AbaShia

dimanche 30 Kigarama 2012

Abantu cumi n’icenda baguye mu gisasu caturikiye mu bumanuko bushira uburengero bwa Pakistan mu mabisi yaratwaye abaShia bari mu birori vyeranda
Abandi benshi bakaba bakomeretse. Ico gitero cabereye mu ntara ya Balochistan.

Bus imwe yaguye muri ico gitero irasha yose.
Abo baShia bari bagiye hafi y’umupaka wa Pakistan na Iran mu rugendo rweranda.
Abanyamakuru bavuga ko mu mwaka uheze habaye ibitero nk’ivyo ku baShia bigizwe n’abahezanguni b’abaSunni bari muri Pakistan.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.