Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Papa Francois asaba abayoboke ba katorika i Buraya kwakira abimukira - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Papa Francois asaba abayoboke ba katorika i Buraya kwakira abimukira

Papa Francois asaba abayoboke ba katorika i Buraya kwakira abimukira

lundi 7 Nyakanga 2015

Umwungere w’ishengero rya katolika, Papa Francois, ahamagarira abayoboke b’ishengero katolika ku mugabane wa Buraya wose,gufasha mu gutorera inyishu ikibazo c’abimukira.

Papa Francois yasavye ko amaparuwase yose, ahabera amasengesho hose n’ahandi hose ku mugabane wa Buraya hari abemera, kwakira umuryango w’abimukira.

Yavuze ko paruwase zibiri z’i Vaticano mu Butariyano zikwiye gutanga akarorero mu kwakira imiryango ibiri.

Mu gihugu ca Israel, umushikiranganji wa mbere Benjamin Netanyahu yanse ivyasabwe n’abatavuga rumwe na Reta ,aho basaba gutanga ubuhungiro impunzi ziva mu gihugu ca Siriya.

Benjamin Netanyahu yavuze ko Israel itirengagiza umubabaro w’abimukira, ariko ko igihugu ari gito cane kugira gishobore kubakira.


Van Naris Mugisha

Messages

  • isilael nibakire yerekane gwarukundo yesu yakunze abarimwisi, ubonako yanavukiye ahonyene,babafashe mwuyo mubabaro barimwo, hama izongorane silia irimwo ibihugu nibihagurukire rimwe bihagarike iyontambara yaba abayigwanya bamenye kokizira kwica imbere yimyaka 200 ntanumwe azobaharimwabo,bareke gusiga umuvumo.

  • ICO CIYUMVIR NI CIZA BOGERAGEZ BAGAFASHA ABO BIMUKIRA KUKO SIB BAVYITEY

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.