Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Papa Francois asaba ihagarikwa ry’ubwicanyi bukorerwa abakirisu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Papa Francois asaba ihagarikwa ry’ubwicanyi bukorerwa abakirisu

Papa Francois asaba ihagarikwa ry’ubwicanyi bukorerwa abakirisu

vendredi 10 Mukakaro 2015

Umwungere w’ishengero katorika kw’isi Papa Francois amenyesha ko ubwicanyi bukorerwa abakirisu bo ku mugbane wa Aziya bugereranwa n’intambara ya gatatu y’isi.

Papa Francois ivyo yabivugiye mu gisagara ca Santa Cruz mu gihugu ca Bolivie,mu bumanuko bwa Amerika.Papa Francois yavuze ko biteye intuntu kubona hari abakirisu bicwa abandi bagahohoterwa mu karere ka Aziya yo hagati n’ubuseruko.

Papa Francois avuga ko ibice bibangamiwe ari igihugu ca Syrie,na Iraq aho hari imirwi igomba gushinga Reta ishingiye ku mategeko ya Islam.

Mu mwaka w’2014,abakirisu bashika 4300 bava mu bakatolika,abaporoti aba orthodoxes n’aba anglikane nibo bishwe.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ivya abakirusu urabivuze aba islam bicwa nindege za abanya israeli ni imilioni zingahe?amerika amaze kwica aba islam bangana gute? Reka nabo bihore nimwabonako bibabaza genda mubuze America nu uburayi gutera aba mislma hama mwibere mumahoro

  • Mbenga Bapfiki? Idini Nyakuri Nirehe

  • Karabaye!!!ubwicanyintiburi muburundigusa?ariko isangory’imana ririhagufi

  • Abiyita abakirisu muga bahegekey inkoho namabombe si aba Yezu. abobakirisu biwe nabanz abigishe ko kujamuntambara atarivyo yezu yigishij igihe yavuga ngo dukundane.

  • ewe wa mzeeh we ugomvye wokwihorera non kwimana yabo yabatumye ubuhanga bwabantu mbere bakaba bavuye hasi aribenshi kuburondera hari al shabab, al Qaide, isis,boko haramu,etc/abobose ngobarondera gucamazosi yabarinyuma ya kristo ngobabone kwemegwa nimana atari rurema kuko uhoraho akaneye abantu ntiyokwirigwa atuma yovyishoborera rurema ntawo yemerera kwica itang 9:5 6kuvayo20:13/ niwica umenye uwukorey niwamwicanyi shetani wadini we wigishagukrerana warazimiyn .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.