Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Patrice Motsepe agire ahe abakene igice c’umutungo wiwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Patrice Motsepe agire ahe abakene igice c’umutungo wiwe

Patrice Motsepe agire ahe abakene igice c’umutungo wiwe

mercredi 30 Nzero 2013

Umwirabura wa mbere atunze kurusha abandi muri Afrika y’efo, Patrice Motsepe, agiye gutanga igice c’umutungo w’umuryango wiwe akurikije irugero rwa Bill Gates na Warren Buffett.

Bwana Motsepe, ni umutunzi akomeye yimba ubutare, akaba afise umutungo ungana n’imiriyaridi zibiri n’igice z’amadolari.

JPEG - 18.2 ko

Amahera ashaka gutanga agomba ko bayashira mu kigega kizofasha gusununura ubuzima bw’abakene bo muri Afrika y’epfo.

Abatunzi bakomeye kw’isi barenga mirongo indwi baramaze kuja mu mugambi watangujwe na bwana Gates hamwe na bwana Buffett, wo gusaba abakire bo kw’isi ngo batange igice c’umutungo wabo ku mashirahamwe y’abagiraneza.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.