Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Perezida Barack Obama yabwiye Abanyakenya kwitwara neza mu matora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Perezida Barack Obama yabwiye Abanyakenya kwitwara neza mu matora

Perezida Barack Obama yabwiye Abanyakenya kwitwara neza mu matora

mardi 5 Ruhuhuma 2013

Umukuru w’igihugu wa Reta zunze ubumwe za Amerika, Barack Obama, yasohoye video asaba abanyagihugu ba Kenya, igihugu se akomokamwo, kwirinda ubugizi bwa nabi n’iterabwoba mu matora yimirije.

Ubutumwa bwa Obama bwaciye ku muhora wa YouTube, butanguzwa n’ijambo ry’indamutso mu Gishwahili.

Yavuze ko ayo matora ari akaryo ku banyakenya ko kuja hamwe bakerekana ko batari gusa abava mu moka aya canke ariya, ko ahubwo ari abanyagihugu b’igihugu ciyubashe.

Amatora atumvikanyweko mu 2007, yakweze ubwicanyi bwahitanye abantu barenga igihumbi.


Jean de Dieu Munyembabazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.