IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > PRIMUS League : Uko imirwi irushanya amanota

PRIMUS League : Uko imirwi irushanya amanota

lundi 8 Ruhuhuma 2016, par egide

Umurwi wa Vital’O FC ubandanya kuvyifatamwo neza mw’ihiganwa rya PRIMUS LEAGUE, ukaba gushika ku munsi wa 20 w’inkino z’ugusubiriza (Phase retour) ata murwi n’umwe urawukura kw’isonga.

Vital’O irusha amanota cumi yose umurwi ugira kabiri ku rutonde, n’umukinyi ageze ku bitsindo vyinshi ava muri uwo murwi wa Vital’O FC, akaba ari Laudit MAVUGO ageze ku bitsindo 21.

Uko imirwiirushanya

1. Vital’O FC : Amanota 57 n’ibitsindo 45

2. Messager Ngozi : Amanota 47 n’ibitsindo

3. Muzinga : Amanota 36 n’ibitsindo 13

4. Athletico Olympic : Amanota 36 n’ibitsindo 13

5. LLB Sports4Africa : Amanota 31 n’ibitsindo 8

6. Aigle Noir : Amanota 31 n’ibitsindo 5

7. Olympic Star : Amanota 30 n’ibitsindo 8

8. Bujumbura City : Amanota 27 n’ibitsindo 5

9. Messager Bujumbura : Amanota 25

10. Olympic Muremera : Amanota 24

11. Inter Star : Amanota 22

12. Nyanza United : Amanota 21

13. Flambeau de l’Est : Amanota 19

14. Les Crocos FC : Amanota 18

15. Les Jeunes Athlétiques :Amanota 14

16. Les Eléphants : Amanota 12


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.