Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FDLR : Banse gushira hasi ibirwanisho ku neza none bagira bavugutirwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > FDLR : Banse gushira hasi ibirwanisho ku neza none bagira bavugutirwe (...)

FDLR : Banse gushira hasi ibirwanisho ku neza none bagira bavugutirwe umuti

lundi 5 Nzero 2015

Abarwanyi bo mu muhari wa FDL baviriwe hasi n’akarere k’ibihugu vyo muri Afrika y’Ubumanuko, aho abo bakuru b’ibihugu buca biga ikibazo c’abo banywarwanda bayogomvya akarere ka Afrika y’Ubuseruko harimwo na Congo iharanira intwaro rusangi .

Inama yiga ico kibazo c’abo barwanyi ba FDL barwiriyemwo abakoze amarorerwa mu gihugu c’Urwanda mu mwaka w’1994, ikaba yatumweko na Jacob Zuma, aho avuga ko izobera i Luanda mu gihugu ca Angola ku magenekerezo ya 15 na 16 Nzero uyu mwaka kugira bigire hamwe ingingo ruhasha zofatirwa abo barwanyi basanzwe bari ku butaka bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, bagaheza bakayogomvya bimwe mu bihugu biri mu karere ka Afrika y’Ubuseruko hamwe n’ico gihugu ca Congo iharanira intwaro rusangi.

Mukamenya ko uyo muhari wagirizwa kwica n’ugufata abagore ku nguvu hamwe n’ubusuma mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo eka mbere n’uguteza umutekano muke mu karere. Abarwanyi ba FDLR bakaba bari basabwe n’amashirahamwe yo mu karere na SADC hamwe na CIRGL bonyene guhagarika indwano, no gushira ibirwanisho hasi mu mezi atandatu, ubu rero bakagirizwa kuba ataco bakoze.

Umukuru w’igihugu ca Afrika y’Epfo akavuga ko yiyemejo gufasha mw’ituzwa ry’uburwi bwose budurumbanya Ubuseruko bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.


Aristide Nizigire

Messages

  • Hahaha,reka tubitege AMASO!!!

  • nizigire. ba utangaza ivyo uzi jewe fise imyaka 20 ubu wosigura amarorwa nakoze ahubwo ba uvuga .uti. abatotejwe na leta y’urda amakungu na batabare bagiranire niyo leta ibiganiro

  • FdLR abatayizi ni abana barokotse kubwicanyi bwa KAGAME muru KONGO. Abo bana bazi icyo barwanira ahubwo twese duhaguruke tubashyigikire badukize RUKARABANKABA KAGAME

  • FDLR ni abahutu bacitse ku icumu rya genocide hutu. Ni ngombwa ko haba DIALOGUE INCLUSIVELY.Kagame agomba kureka kuguma kwica abahutu

  • Abahanga mugisoda bavuga ko FDLR ari abana bacitse kwicumu mugihe kagame yishe abahutu bagera kuri 1 million muri kongo hamwe naba kongomani million 4. Abo bana ubu ni abakomando kabuhariwe. Muntambara iherutse muri kongo. Aba FDLR bagera kuri 200. Bari bafite ubushobozi bwo gukwiza imishwaro inkotanyi ibohumbi 5000. Ni ukuvuga ko umu FDLR umwe ashobora gukubira abicanyi ba Kagame 25

  • Kagame yarishe abahutu yankakuruha abaribamurihafi barahebabamubwira ngo ibibintu ati birakwiye guhagarara ivyogukomeza kwica ababahutu amazemwumva ko harihonabatutsi batarikobaranezerezwa nogukomeza kwica abahutu yaciyatangura urugamba rushasha rwokwica nabatutsi batarikobaremera gukomeza kwicabahutu kugerubu hariho abatutsi Kagame ababonye akaryoyobica urwagashinyaguro nkurwoyicisha abahutu, nicogituma dukwiye kuzaturafati ikivunga ngo abanyarwanda bose ngobaragoye cankengwabatutsi bomurwanda ngobosebanka abahutu nimurindire mumisi muzobona ko abatutsi beshibabanyarwanda aribeza kuyandimoko.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.