Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC:Umuhari M23 usasaba Reta guhagarika ingwano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > RDC:Umuhari M23 usasaba Reta guhagarika ingwano

RDC:Umuhari M23 usasaba Reta guhagarika ingwano

jeudi 3 Nzero 2013

Abarwanyi ba M23 irwanya Reta muri Republika iharanira demokarasi ya Congo ziravuga ko ziteguye kugira ibiganiro nintumwa za Reta ku wa gatanu muri Uganda ariko ko ibiganiro vy’amahoro bidashobora gutangura impande zose bataremera kubanza guhagarika igwano.

Umukuru w’ivyo biganiro mu rwego rwa poritike, Jean Marie Runiga yavuze ko Reta ya Congo iriko itegura ibindi bitero kandi ko yatanguye kwimura ingabo zazo izitwara i Goma no mu turere tugenzurwa n’abategetsi ba M23.

Mu kwezi guheze, umuryango w’abibumvye (UN) wafatiye ibihano abayobozi babo bagwanyi nyuma yaho zifatiye umuji wa Goma.


Grâce Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.