Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ryan Giggs yahaye intsinzi Manchester United - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ryan Giggs yahaye intsinzi Manchester United

Ryan Giggs yahaye intsinzi Manchester United

dimanche 24 Ruhuhuma 2013

Ryan Giggs yatsinze igitsindo mu rukino rugira 999 akiniye umugwi wiwe Manchester United, bituma uja imbere ya Manchester City uwukurikira uwurusha amanota 15.

Uwo mukinyi ava mu gihugu ca Wales yahaye intsinzi Manchester United inyuma y’igitsindo ca mbere cinjijwe na Rafael ari kure, intsinzi ica itahukana Manchester United itsinze ibitsindo bibiri kuri kimwe ca QPR.

Umukinyi ava mu gihugu ca Bresil, Rafael, yerekanye kandi ko akomeye cane mu gukina inyuma, igihe yakuramwo umupira wa Chris Samba uri ku murongo w’igoli.

QPR yavyifashemwo neza bavuye mu karuhuko, ariko Giggs yahamereye magabo aca atsinda hasigaye iminota cumi ngo urukino ruhere.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.